Burundi Actualité
jeudi 15 mai 2014
dimanche 4 mai 2014
AMABI YAKOZWE NA CNDD-FDD
Vyose
vyatanguye igihe mutama wanje (my Dad) yitab Imana turaduga tuja mu kayanza
iwacu c'été samedi en juillet 1999 dimanche twaratashe tugeze I bugarama sa
cenda twumva inkoho nyishi cane turavye tubona un Kadogo afise KV AK47 ariko
arasa semi-automatique (pour les terme techniques c'est de la part de notre
redaction) d'un coup mon mari qui conduisait reçois une balle au bra gauche
twabaye obliges guhagarara tubona haje igitero c'abantu bambaye nk'inyeshamba
twese ngo va mumuduga!!! on été4 mon mari moi et nos enfants Camil et Ariella.
Camille avais 13ans Ariella 8ans mon mari saignat a été ligoté sur un arbre
Camille aussi mais mois et ma fille on nous a dit de rester immobile, tremblant
de peur, tout a coup le chef est venu tout le monde a saluer et ecarter de
Presque 50 m et ils ont tourné tous et ils nous ont addresser leurs dos on nous
a encerclé le chef m'adressa la parole, uyu munsi ngira numve ingene abatutsi
baryoshe mon mari été a 5m de nous et mon fils aussi.
bose babona atangura kunkura impuzu ahejeje kunukura sleep ntakundi ndibugire ndira mbabaye cane haza umwe mubasoda afata 3 de leurs homes ngo bametriserles têtes de mon mari et celles de mes enfants pour qu'ils ne ratte une seconde de ces horribles actes ignoble, je criais fort mais ce chef me disa ushaka ko bapfa batararaba? ndahora arandyamika hasi ankorera amabi abanje babona uwundi abwira umugabo wanje ngo wewe wahora umugirira nk'uko? ahejeje haza uwundi arampagurutsa ambwira ngo aba tutsikazi muraryoshe kweri reka ndavyiyumviririze, arankubagura bikomeye nka 10 min uwagatatu aza bitagikunda ko nshobora no guhagarara ambwira ngo jewe nanje ndashaka none ubona gute wokwihangana nkaheza canke ako gakobwa kawe ndagakorereko? ndinanata kuko numva arugupfa naphuye abanje bakire aca yanka guca munzira isanzwe aca inyuma akaguma avuga ngo ehe wakagabo kagatutsi uyu mugore yari akiri isugi ntubona ko uturaso turiko turataraguza??? umwana mukuru we yari yamaze kuba evanue ampejeje ncandaba evanuie nanje bansobamu kanwa ndarabuka nkiri uko batabagura impuzu za ka gakobwa ka 8 ans bakarongora ari bane après 2 jours kahavuye kitaba Imana kuko bahejeje bagacumise uruntu mugitsina nunva kararoshe gose, tukiri aho babwira umugabo wanje ngo tukuzimane ga chef? arahora bamubwira ngo twebwe tuje I wanyu ntimuzotuzimana none? turafise izi shushe n'izikanye kandi utegerezwa gufata kimwe. nja mbona bazanye ikiyiko n'akadobo karimwo amavyi aranka bamucumita mu gikomere bayamurisha kunguvu arayaheza banzaniye nanje abari bagiye guturira imodoka ya cu baza bariruka ngo ngwaho ibinywamaraso abakomagu baraje bariruka tujatubona abasirikare barahashitse umwe anyambika impuzu aramfasha kuko nari nakongataye ndiko ndavirirana mubihimba vyirondoka n'inyuma hose barakwega imodoka yacu baratujana dushikira hospital militaire,
Ikintu ca duteye ko tuyaga kugeza iyo hose kandi yavugana agahinda kenshi n'ingene yari ambajije rebellion yakorera 1999 mu Kibiira ndamumenyesheje ko ari CNDD FDD araturikisha ararira,....
Pole Mama...Imana Irahari
bose babona atangura kunkura impuzu ahejeje kunukura sleep ntakundi ndibugire ndira mbabaye cane haza umwe mubasoda afata 3 de leurs homes ngo bametriserles têtes de mon mari et celles de mes enfants pour qu'ils ne ratte une seconde de ces horribles actes ignoble, je criais fort mais ce chef me disa ushaka ko bapfa batararaba? ndahora arandyamika hasi ankorera amabi abanje babona uwundi abwira umugabo wanje ngo wewe wahora umugirira nk'uko? ahejeje haza uwundi arampagurutsa ambwira ngo aba tutsikazi muraryoshe kweri reka ndavyiyumviririze, arankubagura bikomeye nka 10 min uwagatatu aza bitagikunda ko nshobora no guhagarara ambwira ngo jewe nanje ndashaka none ubona gute wokwihangana nkaheza canke ako gakobwa kawe ndagakorereko? ndinanata kuko numva arugupfa naphuye abanje bakire aca yanka guca munzira isanzwe aca inyuma akaguma avuga ngo ehe wakagabo kagatutsi uyu mugore yari akiri isugi ntubona ko uturaso turiko turataraguza??? umwana mukuru we yari yamaze kuba evanue ampejeje ncandaba evanuie nanje bansobamu kanwa ndarabuka nkiri uko batabagura impuzu za ka gakobwa ka 8 ans bakarongora ari bane après 2 jours kahavuye kitaba Imana kuko bahejeje bagacumise uruntu mugitsina nunva kararoshe gose, tukiri aho babwira umugabo wanje ngo tukuzimane ga chef? arahora bamubwira ngo twebwe tuje I wanyu ntimuzotuzimana none? turafise izi shushe n'izikanye kandi utegerezwa gufata kimwe. nja mbona bazanye ikiyiko n'akadobo karimwo amavyi aranka bamucumita mu gikomere bayamurisha kunguvu arayaheza banzaniye nanje abari bagiye guturira imodoka ya cu baza bariruka ngo ngwaho ibinywamaraso abakomagu baraje bariruka tujatubona abasirikare barahashitse umwe anyambika impuzu aramfasha kuko nari nakongataye ndiko ndavirirana mubihimba vyirondoka n'inyuma hose barakwega imodoka yacu baratujana dushikira hospital militaire,
Ikintu ca duteye ko tuyaga kugeza iyo hose kandi yavugana agahinda kenshi n'ingene yari ambajije rebellion yakorera 1999 mu Kibiira ndamumenyesheje ko ari CNDD FDD araturikisha ararira,....
Pole Mama...Imana Irahari
Elvis Mudahigwa So sorry
pole
sanaaa!!hari umunsi umwe bazobibazwa.
Fab Joe Volcan Vyose bikorerwa musi yizuba
birihirwa aha nyene!!! Mpore wawa!!
yooooh,birababaje.biteye amosozi.amabi bakoze bazoyabazwe nibura mw'ijuru
Pole!!ariko Mana kuk waremy abantu nkabo?
Geoffroy GoodMan Provider Hapa hapa bgana tunamariziya
ni hapa hapa
Yooo nukur j pleure numvis ibi bintu...7t p d hum1,d bet sovag oui!!mbeg
Mana uzodukiza aya marira ryari??!!
olalalala mukomeze kwihangana imana ihora ihoze
Ildephonse Ntakarutimana Ukorere Uhoraho Amarira Yawe
Yose Kandi Umubwire Ibibabaje Umutima Wawe ,hari Imana Itarobanura Abantu
Kubutoni Cnke Kucubahire ,uwicishije Inkota Azokwicishwa Inkota Niyo
Atihana,humura Maman Yesu Arakubona Azokumara Ako Gahinda Numugumya
Omg,yoooooo mbega ishyano weeee,Ariko Mana weee.....hhhhmmm
mana yanje weeee.birateye agahinda
Chantal Niyonkuru mpore ncuti yanje!!! aya majambo
muvuze arambabaje gose,j'imagine ukuntu mubabara muvyibutse.ndumva ko mwababaye
koko,ariko ncuti yanje ayo magorwa yose yashikanire umwami wacu YEZU niwe
yatubwiye ati tumuhe ingorane zacu nimitwaro yacu yose ayidufashe kuko ntawundi
yoshobora kuguhoza atari YEZU.IMANA iguhe kwihangana no kugira umutima rugabo.
qui tue par l'epee moura par l'epee!kandi ngo NTAMVURA IDAHITA...IHORA
IHOZE...IKORA KUMWANYA WAYO IGASUBIZA HAGEZE! ihorere mama burya har umunsi naw
uzobahagarara imbere numunezero mwinshi nabo bakifuza kumera nkawe
bitagishoboka...
Emily Nziza Yooh maman pole.Ariko bitaduhaye icigwa nubu
bakaba bashaka kubidusubizamwo!Imana ibiturinde kweli.Imana ibaharire
nukuri.Nawe inkumporeze vyukuri jewe nkumwana w'umuntu ntavyo
noshobora.Ikumpere n'inkomezi.
Abakoze ivyo
ni ibikoko si abantu! Mana fasha igihugu cacu.Madame
nimukomere Imana irababona
Chantal Niyonkuru ncuti yanje, mukundwa kazi
w'IMANA ndasubiye kandi kubasaba ko mwogira umutima rugabo,hama nimwaronka
akanya murasoma mu baroma iki ca 13,aka ka 20-21,hamwe no mubikorinto iki ca
13.Imana igufashe gooose.
Numva arivyagaterantimba ariko nibaze ko Imana atahiraja ndazi ko abkoze
iryobara izobahana yivuyinyuma komeza ukwihangana,umwami agufashe.
Mon DIEU...
Pole sana. Imana ihora ihoze.
· 

Jihadi Rashidi Ndemeza ko abo bakora amabi nkayo guko ndazi ko vyahatswe
kumpitana muruyigi aho bari batwaye abanyeshure babakobwa bagiye kubakorera
ibitera soni tubankiy twarahatsw kubizira. Ariko mugabe Abo bakobwa banyu nibo
bariko badukwegera mwakarambaray bo bivugira ko ari guprofita aba DD Kumbe bobo
bifitiye ngo umugambi wo gutera imigera ubwo bukobwa bwubututsikazi .
mumbabarire ariko ndafise ivyemezo.
Jihadi Rashidi,uvuze ukuri.Ndababazwa caaaane nabantu batabona iyo migambi
igayitse.Mbanje guhoza uyo muntu kandi amenye ko Imana ihora ihoze.Birababaje
kubona abo bantu bakoze ivyo aribo batwara igihugu bagafata
ingingo.Ntibitangaje kubona ingorane turiko turacamwo.Bakobwa bakobwa mumenye
ko abo bantu benshi banduye kubera ivyo bakora.Ubu baca babona ko bategerezwa
kuguma banduza abandi nimpaka kugira babandanye ububisha.abatabizi
babimenye.Umugambi mubi ntibawuvuyeko.
Juive Nesta Mbega ikibi kibish! Namerej ndiko ndabisoma
candishira mukibanza caw ndiyumvira ukuntu wababay nasanz nakoroy amosozi burya
sinzi kwi'Imana izoduhana kumw nukuri haribirengey!!! Ukomez kwihangana impera
yabo sinziza nagatoya ndabuz ukonokubwira umubabara mfis nanj...
Yusuf Yusuf Dondogori No muri somalie abo ba dd
basoda bariko biyegereza abagore baho babatera sida itigeze ibayo
.Nibimenabanga gusa .
Révolution Burundaise Erega n'uko benshi batazi
CNDD FDD hari Umwe n'izina ryiwe murinsavye ndaribaha akora muri BANCOBU mairi
Branch ni umunya kabezi Yari umwe mu basirikare ba DD bakiri mw'ishamba
yaratashe kwica se ngo ni icitso ni FNL asiga amuciye umutwe... uyo ndamuzi
nkiri I Bujumbura twaranahura tukanaramukanya
Yoo mon Dieu!!!!Imana yo mw ijuru,iracari ku ngoma,kandi uko biri kose abakoze
ivyo vyose hari umunsi bazobibazwa!!!!maman komeza wihangane,Imana
izaguhoza,humura,Imana irakuzi!!!
Juive Nesta Ha! Abo bazopfa nabi ndavy muba sans échecs
benshi bapfuy nabi nukuri kwos gukora amabi agayits ntivyijana harabasaz
harabiyahuySee Translation
Laurent Arakaza Matasi Biragoye kugira ico uvuga
uhejeje gusoma ibintu nk'ivyo. mu gihe bavuga CVR, ivyo nivyo bikwiye kuja
ahabona kugira ngo abarundi b'umutima (nizera ko barenga 99%) bumve abiyita ko
barwanye (guerre de liberation) kwaruko bavyita.
nimba hariho ico bite (crime contre l'humanite na tribunale en charge si biensure il y a une humanite qui reste dans le monde), ako s'akazi ka banyepolitike ( qui s'appellent liberateur du peuple)..
nimba hariho ico bite (crime contre l'humanite na tribunale en charge si biensure il y a une humanite qui reste dans le monde), ako s'akazi ka banyepolitike ( qui s'appellent liberateur du peuple)..
Ivyo vyarabaye koko biteye agahinda ..bategerezwa kuvyishura
No commenty...
Révolution Burundaise iven other
Yusuf Yusuf Dondogori Nitonze ivyo ntibigoye ku
translata ,Niko kazi nakora bandika mu kirundi nkashira mu gi fransa mbe baba
chef de zone abakuru b,imitumba botanga rapport gute chez le minsitre de
l,interieur iu chez le gouverneur bndika ikirundi nico gituma igihugu
kitazotera imbere bararuhisha abize .See Translation
Révolution Burundaise yep Thx my bro nari nz ko
ubikora try it Fla abisome
Yusuf Yusuf Dondogori flavio ntangorane afise
arafise umurundi impande yiwe aca ab imusigurira vyose dans l,italie .See Translation
Birarenze,IMANA irishura hora mama
pole sana
IMANA izakwishurira;malipo ni apa apa duniani.
Mwibuke ko na Musenyeri yabavumye, kandi nintambara barwana yari
nkiyabasazi kuko itagira intumbero.
Guy-blaise Rukundo Ibyakozwe muntambara yaba
kuri Leta yakiriya gih canke kuba rebelle,nibazako atawoja ngaho ngo avuge ko
yera,ico gihe abasirikare ba leta nibo bakora ibyiza?Reka basha kuba mwigira ba
sinzi kdi benshi muri mwebwe murazi neza ibyo bakora!
Gaku Cy Kan Vyose bazovyishura umusi wabo nturagera
Ntanico novuga
Guy-blaise Rukundo Akarimi kavuga uyundi
karagororoka,buriya jyewe nasanze kur iyi si atamuntu numwe abaho avuga
ukuri,nuwukuzi ntako avuga agerageza gushigikira ibitekerezo bye cange bya
politique y'umurwi arimo;jyewe kubwanjye ibyo kugira tubivemo nuko twakwiga
kuvugisha ukuri!Kko tugize ngo tuvuge ibyo bariya na bariya bakoze twasanga
atanumwe yaba yarako ibyiza,tugabanye rero akarimi!
Jeanne Déborah Sweden Non non, je pleure du rouge. Je n,
y arrive pas, jewe nari nzi ko ikibi kiriho kandi ko abantu babi babaho, ariko
ivyo bintu vyo sinumva ivyarivyo,; sindabitahura, biravunaguye mon âme et mon
ésprit. Uwo mu maman ndasavye ses coordonnées si vraiment elle éxiste.
Ndabinginze mundonderere téléphone yiwe. Fab, s, il te plat ndonderera ukuntu
nomuronka
Edmond Muhanuka reka sha nuko naw Abobana babahungu
bataragushikira umusi bagushize muminwe niho uzobimenya.Sha bo ntamugenzi
bagira
Gaku Cy Kan Guy Blaise Rukundo, ushaka tubatere amashugwe
ko bakoze ibizira!!!!! Nimba ivyakozwe biguhimbara twengera mumutima wawe ureke
gukomeretsa abo vyababaje
Jeanne Déborah Sweden Ndabinginze bene wacu, ibyo
bintu mureke kubigirako commentaires nyinshi, jewe kuvyunva gusa nagwaye,
nabuze ayo ncira nayo mira. So, nimba byarabaye ou pas ivyo sinovyemeza, ariki
kimwe gusa nikuvyumva gusa birashobora gutuma umuntu ata akomoka. Uwobikora
uwariwe wese, tutaravye amoko, iryo ni ibara riruta atandi yoseeeeeee. Mureke
gutera imirarwe, ahubwo ni murire cane, muborogere Imana. Yesuuuuuuuuu
wéeeeeee! !!! Tabara Mana tabara
Révolution Burundaise Thx Gaku Cy Kan, Jeanne Déborah Sweden naw uraza inbox tuvugane uyo
arahari ariko nokugira ducishe iyi testimony hano vyafashe 20jours mukugira
yemere ubundi twamusubirije igikomere ibushasha haheze 15 ans burigihe
avyibutse ararira kandi ntanugo ahozwa arababaye cane kuko guhera uyo munsi
ntarasubira knezerwa ndasavye abatagira imitima mwirinde gukomeretsa abayifise
kuko amabi yakozwe ni menshi tuzobaha ama testimony munyuma tubamette en
contactes nabababaye
Jeanne Déborah Sweden Jewe nd, umu maman Imana
yashize mwo umutima wogukunda izina mu maman wewe. Aha nicaye kuri volan,
vyanse n, uko ntwara. Mwami Wanje manukana ugutabara kwawe
Ihangane ncuti,uhoraho aguhangaze kandi wibuke ko uguhora arukwiwe ibihe
vyose!
guy-blaise Rukundo kimw gusa mungu akusame kuko ntuzi ico uvuga knd ntuzi
nabo ubwira combien bababaye... Mungu akusame sana kabisa
Guy blaise ugombakumenyakurikwisi kd kowambayumubiri,uyumusiniwe ejo nawew
vyogushikira ndetse bisumbivyo,so wovugamake kuko ejohawe ntahuzi
atarimanayonyine
Birabaje cane!knd mumeny ko abo babikoz araba badutwara nubo bosubira
geraza tubarond tuzobashengenz.
Nkunz Vianney nanj binty kujugumira mana
yehovah babarr abobicany
Ntaworonka nicavuga kimw gusa birarengey ubweng kubona hariho abantu bafis
imitima yibikoko,maman turaguhojj.ababikoz fin d fin bazovyishura!!!!!imana
ikuzigame.
Wihangane Imana irakuzi
How Burundi Mama mama ndavuze mama ubugira kandi.abo
sabantu nabamenja.Mama ejo niheza.kandi bucana ayandi.Imana igufase.Humura
Humura kandi ikitubabaza aho bohojeje imitima yahahamutse baguma
badusonga.iryo cumu ntirizoguma mu mugabane w'abagorotsi.Pole sana mama.
Zabulon Nduwamahoro uwutobabara ntamutima yoba
afise kuko ari ukubabaza birababaje kandi ikiruhisha kurusha ibindi nuko utazi
neza ababiko (amazina yabo n'aho baba) ariko rero hari ikintu YESU adusaba ni
uguharira kuko no mugisabisho tuvuga ngo uduharire ibicumuro vyacu nk'uko natwe
duharira abatugiriye nabi . ahandi YESU adusaba ngo dukunde abansi bacu. maman
pole sana ariko usabe IMANA iguhe gutanga imbabazi kuko na YESU ari kumusalaba
yarahindukiy abamubamba arabasabira imbabazi kandi uno musi kwari ukwibuka uko
yaducunguye. MANA hindura imitima y'abantu bawe.
Birababaje ariko sibose bari bamez guco bakwiye gukora amatohoz bagahanirw
ivyo bakoze
Révolution Burundaise Mama camille aranzinduye on viber
ngo merci pour tout Le monde si ce la jrnee a plus
Révolution Burundaise sI cest la n8
Elsa Liëlla Irabona Hari vuga na ziba! Wihangane
Maman, Imana iragukunda kandi ihora ihoze!
Ndasaba Imana Data Yo yarungitse Umwana wayo Yezu Kristu akadupfira ku
musalaba, aguhoze ayo marira, ndahereje ayo magorwa wagize hamwe na violence
bagize kuri Yezu kristu nyina wiwe abona, abigishwa biwe babona, nkabahoza
mwese n'umugabo wawe ndabaremesha ko Yezu abategekanirije impembo idahera
mw'ijuru! Numva ndiko ndakorora amosozi numvise ayo mwagowe n'umuryango wawe!
Ndagutumiriye gutangura nevaine ya Yezu Munyakigongwe kuva ukibona iyi message
maze ku musi w'imana ukurikira Pasika Uzoje mu misa kandi uhabwe n'iakaramentu
ry'ikigongwe! Uzobona ukuboko kw'imana kandi uzoremeshwa na Kristu we nyene
ubwiwe!
numvis agahinda mumutima wanje nsomy ibibintu kimwe gusa ndazi
kobazobibazwa
Imana ibaharire,pole maman
Jean Claude Mijuriro Biteye agahinda n'umubabaro
ntakindi numva novug ataragahind nsubiy kugr mu mutima nciy nibuk ibibondo
vyashizw mwisekuro birasekurw bizir ubwok batisabiy nkibuk bakur bacu biciw
ibuta nabaturiw mukibimb..uyumus abakoz ivyo nib badutwar kand baz
kotwavyibagiy...maman Camille niwihangan gatoy gus.uw naw avug guharir nibaz
katacamubayek
Oooooh!!iyo mihimbiri Imana yarabavumye nico gituma bibananiye nogutwara na
Ruhuna yapfuye abavumye kobazopfa nka gahini reka igihe cabo kiriko kiragera
twihangane gusa.
Pamela Kanyana ku mwana wumntu biragoy
kwakira no gutahura ariko Imana yacu n'Imana yumva knd yishura uwo muvyeyi
niyishir mu biganza vyayo izomuha umunezero wibih bidashira knd akomez
kwihangana turamuhojej
Guy-blaise Rukundo Buriya iyo mwandika imbere ya
byose ba mubanza mushishoze,murebeko ibyo mwandika bizaryohera abantu bose
basoma,bidashoboka naho mumenye ko ikintu kiri publié umuntu ashobora
kukivugaho ibitekerezo bye,uko mwavyumvise mubonye argument zanjye,muboneko
hariho nabandi bafise ibintu byinshi bavuga,mbe ndababazeko muvugako aba bari
kubutegetsi ko bishe,buriya batarashika kubutegetsi abantu bagiye bicwa hirya
nino baturirwa muma piné yimodoka,nibo babikoraga?
Guy-blaise Rukundo Ko mwumva arimw mwiciw kandi
mukaba arimwebwe mwenyine muva amaraso, reka tuvuge umuntu mwese muzi,Président
Melchior Ndadaye yishwe naba CNDD FDD?Mbe abamwishwe bamugiriyiki?Umuryango
wiwe bishitse ukabona ayo mapublication yanyu mwibaza nabo baheza bakamera
gute?
Guy-blaise Rukundo Ko mwumva arimw mwiciw kandi
mukaba arimwebwe mwenyine muva amaraso, reka tuvuge umuntu mwese muzi,Président
Melchior Ndadaye yishwe naba CNDD FDD?Mbe yishwe gute?Umuryango wiwe bishitse
ukabona ayo mapublication yanyu mwibaza ko nabo baheza bakamera gute?See Translation
Pole pole san kand san Maman be numuryang waw ay marir wariz IMANA
izoyaguhoz ntugire ikibaz baratumy bensh tuba imfuvyi arik nt ngoran bury
ntakigir intang ngo kibur iherez.
Pole san...
Ejo buzoca, hari uwaturemye nk'abantu apana ibikoko, azatubaza ico twamaze!
·
Guy sans
bluage,sans honte?tu es en hors de kstion!
Guy blaise reka kuba wiyumvira nkumu paysan kandi ukuze abishe ndadaye nabonyene
bazobihanirwa imbere yimana nabandi benshi bakoze amaraso ariko on parle de
l'acte ignoble et sans nom yakorew uwo muvyeyi;kutavyumva ntawobiguhora kko
ntawuzi icurimwo.
Aimable Shalom Uwitonze ndahojeje uwo muryango
n'abandi bahuye nibibazo bisa nuko .ababikoze ntituzoruhuka batabihaniwe!
Kibokoyawo Bahatiyangu Guy icaha kiraryana none
wibaza ko uwakoze ico kintu bitama vyamuziye mu ndoto? Mbe wewe iyo sene ariko
arayiyunvira ntadahwa? Iyunvire ariwewe wabigize apres tant d annee bakakwereka
Video yavyo kuri Facebook nukuri bwogutabukana ndakurahiye!!!! Aho kubugira
abandi jako uvuge na wewe icahushikiye kandi ndazi ko ari vyinshi
Guy-blaise Rukundo Jcroi k vs avez tord,kuba
mvuga gutya cé pas parce k atamutima wi kigongwe ngira mé pr vs montré combien
izo publicatio atari nziza kuko zituma abantu bakorewe amabi bisubira
bikabagarakamwo ugasanga barasubiye kuba traumatisé kandi bari bafise
amahoro,nimureke rero basha kuba mubonako mufise toujours raison,déjà mwebwe
muriko muracomenta mwamaze kuba traumatisé,none mwiyumvirako uwo byashikiye
amerewe gute?Quest celui qui a fé une telle publication,vs croyé qu'il l'a fé
avec quel objectif?See Translation
Brian Adi Kings wacha kunixumbua.
Kibokoyawo Bahatiyangu Kugira iyo tromatisme ikire
nuko ushira hanze ibikubabaje none wovura gute umusazi utazi icamushajije?
Ntubona ko nabanya Rwanda bama bibuka urya niwo muti wo kwibagira
Guy-blaise Rukundo Ndakubwire,jw kubwanje ntabwo
nibazako,n kdi ntanagato publication nkizo zaza zidukiza ibibazo twaciyemo
canke turimo kuko ugerageje kureba neza ahubwo zituzurira akaboze bigatuma
tugira imitima mibi,kuko uriko urareba neza usanga bamwe babivugako ibi abandi
biriya,bamwe ngo naba CNDDFDD abandi bakavuga abandi,ugaca usanga biriko
bizamura umujinya mumitima y abantu,bigaca bituma abantu bamwe bamwe
bishiranamo nabi,kubwanje sinankako babipublia ariko kuko mbona nezako
hataragera sibyiza rero!Kuko gushika ubu ntabwo turamenya neza ukuri kuvyabaye
muburundi!
Kibokoyawo Bahatiyangu je ndakwibire akabanga?
umuntu yonkorera nkivyo atanyishe basi yibuke ko nokwandika nibitabo
nkabidandaza kw isi yose wewe rero umira akaboze uworaba munda yawe yosanga
Cancer yarakumaze. Un allemand burger yaranditse ngo ugir ukire akari mu mutima
ja ku musozi uvuz induru urire usakuze bikuvemo ataraho niwewe wambara ama
bombe ugaturita imisozi sorry mann
Brian Adi Kings we wacha ujinga.
Brian Adi Kings oongea lugha inaweleweka poa.
Blaise ntagitangaje!turumva ko ufise umutima winyeshamba!none ko bakoze
ivyo bashaka kugarura Ndaday waw!mb uwo babikorey niw yamwish!sauvage que tu
es!
Guy-blaise Rukundo Kuba mwiyumvira gutyo kumuntu
yerekanye pt de vue yiwe,uwo Elvis na Kibokoyawo ubona mufise ishavu ringana
gt,mwebwe mwenyene no munyandiko byabananiy kwi maitrisa,ugira mushavuzwa nibyo
nandika,eka ntanagato ako nakabarimo,bisigura reroko ibyabaye
twese,byaradukomekereje!Gushavura navyo,ns sommes crée ainsi,urashavura
ugahakwa guturika mais nibyubusa!Reka rero kwibabariza ubusa,dans la vie cé
começa!<<Imbere yo gutosora ijisho ryamugenzi wawe,urabanze utosore iryawe>>
Blaise reka guhunga ibibazo!iyo mvugo murakwiy kuyiheba!aho naho mutavuz ko
mwakuy ama obstacle cank ngo nahandi barica!aha nkibi vyashikiy iyi famille
urafise ivyo wosigura!
Kibokoyawo Bahatiyangu mwe nti mubona yarigaragaje
ko yararimwo murabo bakoz amabi mais nasab ikigongwe birashika ko satan
akoresha abantu!!!!
Apparement uyo Guy -blaise numunyarwanda uravye inyandiko yiwe ,none
kwavuga cane kuvyu Burundi ?
Ngo none hazogera ryar kwagaragaza ivyamutuntuje?ahbwo se k mbona inyandko
yaw usa nkaho utarumrundi,ivyiburundi uvyivangamwo nknd?ahbwo w bagucunge utazambara
amabombs!!yuyuu!!!
Lionel,mwihoz barabikoz,ariko bazopfa bayerera nka Gahini!gihindura imvugo
navyo ni droit yiw kuba atiyumvamwo ko ari umurundi!par consequent ubuntu
yarabutay!harigih abambay izera bazambara izirabura!kandi bozotangara nubwo
umengo baraborew ivyisi!
Révolution Burundaise Mugusozera nashaka kubasaba
1chose
Révolution Burundaise vs etes là???
Guy-blaise Rukundo Elvis,kibokoyawo na lionel,jw
nibazako iryo tabi munwa ko ribagejj habi,mworigabanya byobafasha,jw mvuga uko
nshyaka nuburanganzira bganje,namwe muravuge ururimi mushats,nne ibyo nabyo
tubipfe?Ariko ntibitangaj, imana tugira nuko ntamuntu yiyumvira uko
kwanyu,agomba ko ibyo avuze ngo bamukomere amashi,atifuzako haruwundi muntu
yogira ikindi gitekerezo kidasa nicye yaba indongozi!Murakwiye kwikosora,mbé
mwibazako arimwebwe muri abarundi mwenyine!Nimwumveko tudashobora kugira
ibitekerezo bimwe,naho kugomba kuzibya umuntu kubera icyo avuze
ntimubimuhore,nuburenganzira bge!
Révolution Burundaise nashaka kubamenyesha ko
udutabo turimwo iyi temoignage na comments zanyu tugiye kubirungika bja
muzibonamwo uku nyene ubuntu buturange à l'egard y'abakorew amabi tx Guy-blaise
Rukundo ,Kibokoyawo Bahatiyangu ,n'aband mwese kuko kudahuza ivyiyumviro si
bibi ariko kubipha nivyo bibi
Silas Sindayigaya akatari buze mbega urazi
IMANA haaaaa! mbazendore ico mushaka muzokibona ari amahoro muzoyaronka, ari
intambvara y'imipanga izoza,ariyamasasu ntizoteba, mwica ndadaye inkoho zari
izanyu iyo bazikuye ntaho tuzi rero ivyabaye tuvyibagire inkuru zincamugongo
tuzireka tutsindi ishavu twubake igihugu erega naho twosubira gutwara
bazobutunyaga uko babutunyaze na kare! ikibwigwa nicumva.
Hariho abantu bantangaza!je resume:hari igih ubutungane buzokora,abiyambits
izera bakambara izirabura! Ntabwoko bwica,hanyuma abihaya imipanga
n'inkoho,bazi ico vyabahay!Blaise tu es libre yo kuvuga d'ailleurs nokuvuga
nabi nta blem!
Silas Sindayigaya ntasoni ngo wafashwe kunguvu
kubona batakwishe niryo kosa ryonyene bakoze, iyo duhura uba uri kumurongo mais
ntibazosubira kwihenda
Silas urakwiy gusaba imana ikigongwe!
canke uyomuntu avuga ivyo yakoze? umuntu yari azi uko inkoho zitwa! gezaho
basha HAVUGA UWO BUBEZWE.
Zabulon Nduwamahoro mugihe c'ibibazo umuntu
akwiye gutsinda ishavu kuko ntamukoresha mubi nk'ishavu kandi umuntu wese
arakwiye gutanga imbabazi kubamugiriye nabi.
Ndayikengurukiye Dieudonné jewe aho ntaco novuga kuko
kuba tugendana nabantu nkabo nico gituma igihugu kuzuyemwo amapfa n imivumo y
amako yose
Marilyn Anthony Kabwa Iri nibara! Ico bita ikibi
kibishe...
Silas Sindayigaya mbega uyo mukecuru niwe
yabababaje mubarundi bose bagize ivyago wewe baramusize rabanamwe yishuye
1/10000 yivyo yakoreye benewabo iyo bishika akishura 20% yivyo yakoze ndumvako
ijuru ryaca rikoroka ( nareke rero gucira inkonda nokwidahisha ingongo kuntuntu
nagahinda vyabandi. ex: mama yavukana nabasazawe hamwe na benewabo total
étaient 13 mais uno musi asigaye ari (01) ibaze kandi bose ntawishwe nindwara !
Silas,Uri ikijuju nibakureke!none uyo mugore niw yish basaza ba
nyoko!!!mais nashaka mvug ko ivyagushikiy bibabaje kandi cane!
Zabulon Nduwamahoro jew ndumva abarundi tuzosanga
tutorohegwa. ariko igikuru nuko umwe wese yokwihangana kuko yaba silas yaba uwo
mugore bose bashikiwe nivyo batifuza. ariko IMANA idusaba guharirana.
Elvis apana gutukana wewe urafise igipimo cibijuju? Gusa uyo muntuarimwo
amahinyu mwuyo mwanya izonkoho yazimenye gute amazina!
Benoit umuntu mugih avuga ibintu bidatumberey,tumwita gut?ngira nuko
ikirundi ari gikene!soit ni imbecile,idiot,....!kuko silas ibintu avuga birimwo
ubujuju bwishu!dis moi ukuntu silas peut associer urupfu rwa ba oncle biw
nivyashikiy uwomugore comme si yishuy ivyakorew abo ba oncle ba silas!!!kumenya
amazina yinkoho nibintu simple!uziko nabakora muri industrie yazo bazizi
batazikoresha!
·
Benoit umuntu mugih avuga ibintu bidatumberey,tumwita gut?ngira nuko
ikirundi ari gikene!soit ni imbecile,idiot,....!kuko silas ibintu avuga birimwo
ubujuju bwishu!dis moi ukuntu silas peut associer urupfu rwa ba oncle biw
nivyashikiy uwomugore comme si yishuy ivyakorew abo ba oncle ba silas!!!kumenya
amazina yinkoho nibintu simple!uziko nabakora muri industrie yazo bazizi
batazikoresha!
Benoit umuntu mugih avuga ibintu bidatumberey,tumwita gut?ngira nuko
ikirundi ari gikene!soit ni imbecile,idiot,....!kuko silas ibintu avuga birimwo
ubujuju bwishu!dis moi ukuntu silas peut associer urupfu rwa ba oncle biw
nivyashikiy uwomugore comme si yishuy ivyakorew abo ba oncle ba silas!!!kumenya
amazina yinkoho nibintu simple!uziko nabakora muri industrie yazo bazizi
batazikoresha!
Benoit umuntu mugih avuga ibintu bidatumberey,tumwita gut?ngira nuko
ikirundi ari gikene!soit ni imbecile,idiot,....!kuko silas ibintu avuga birimwo
ubujuju bwishu!dis moi ukuntu silas peut associer urupfu rwa ba oncle biw
nivyashikiy uwomugore comme si yishuy ivyakorew abo ba oncle ba silas!!!kumenya
amazina yinkoho nibintu simple!uziko nabakora muri industrie yazo bazizi
batazikoresha!
Ncuti seul
Jesus peut restaurer ton coeur personne d'autres
Laurent Arakaza Matasi Les gens comme Silas Sindayigaya
sont des vrais victimes de la folie burundaise. Ils confondent justice et
vengeance, ils sont prisoniers de la haine et ont perdu le sens de l'humanite.
Et c'est cet etat d'esprit que les criminels ( hutu et tutsi) cach...See MoreSee Translation
Merci Laurent!justice est different de vengeance!!!
Inscription à :
Articles (Atom)